ITANGAZO

NYAKWUBAHWA ERNEST NDABASHINZE ASERUKIRA IGIHUGU C’UBURUNDI MU BWONGEREZA ARI N’ITEKA NTANGERE RYO GUTUMIRA ABARUNDI BOSE BABA MU BWONGEREZA  KUZA KWIFADIKANYA NA WE GUHIMBAZA ISABUKURU YA 55 Y’UKWIKUKIRA KW’UBURUNDI KW’IGENEKEREZO RYA MBERE MUKAKARO 2017 (01/7/2017) KUVA IGIHE C’ISAHA Y’UMUNANI GUSHIKA ISAHA CUMI NA ZIBIRI Z’UMUGOROBA.

BIZOBERA AHARI INYUBAKWA Y’UBUSERUKIZI BW’UBURUNDI MU GIHUGU C’UBWONGEREZA (TRAFALGAR SQUARE, LONDON WC2N 5DX, UGANDA HOUSE 58-59).

 ~~~~~~~~

            KAZE MURISANZE, DUSANGIRE AKANYAMUNEZA

~~~~~~~~

                BIGIRIWE I LONDRES, KW’IGENEKEREZO RYA 23/5/2017                                                                        

ERNEST NDABASHINZE,
AMBASSADEUR